CNDD-FDD Rutana (@rutanacndd) 's Twitter Profile
CNDD-FDD Rutana

@rutanacndd

patriots

ID: 1318127265499197442

calendar_today19-10-2020 09:50:19

200 Tweet

167 Takipçi

373 Takip Edilen

Iteka Butanyerera (@itekaburundi) 's Twitter Profile Photo

#Burundi: Les commerçants natifs ou oeuvrant en province #Ngozi sont en réunion avec le ministre Ministère des Finances Burundi pour échanger sur les devoirs et droits de tout homme d'affaire. Le SP @Cnddfddngozii est aussi dans cette reunion

#Burundi: Les commerçants natifs ou oeuvrant en province #Ngozi sont en réunion avec le ministre Ministère des Finances Burundi pour échanger sur les devoirs et droits de tout homme d'affaire.
Le SP @Cnddfddngozii est aussi dans cette reunion
Hon.Sinzohagera Emmanuel (@honsinzohagera) 's Twitter Profile Photo

#Burundi Mu kiyago nagiriraniye n'abaserukira abandi mu ntwaro, abatowe muri Komine #Kabezi nasavye ko ikibazo c'ubutungane ca hagurikiwe kuko mu misi iri mbere Reta izorungika integuro y'itegeko riha ububasha sentare zo ku mugina. Nkasaba n'abacamanza gutunganiriza abantu neza.

Ntare Rushatsi House (@ntarehouse) 's Twitter Profile Photo

Arrivée cet après-midi à Djibloho du Président de la République du #Burundi SE SE Evariste Ndayishimiye et SE Angeline Ndayishimiye Ndayubaha la Première Dame ainsi que tous les membres de la délégation. Ils sont descendus au Grand Hotel.

Kwa Ntare Rushatsi (@kwantare) 's Twitter Profile Photo

#Burundi Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye n'Umutambukanyi wiwe Angeline Ndayishimiye Ndayubaha, co kimwe n'abo bari kumwe mu rugendo arimwo mu gihugu ca #GuineeEquatoriale, inyuma y'umutaga, niho bashika mu gisagara ca #Djibloho, ahari inyubakwa yo kwakira ingenzi bita "Grand Hôtel"

#Burundi Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye n'Umutambukanyi wiwe Angeline Ndayishimiye Ndayubaha, co kimwe n'abo bari kumwe mu rugendo arimwo mu gihugu ca #GuineeEquatoriale, inyuma y'umutaga, niho bashika mu gisagara ca #Djibloho, ahari inyubakwa yo kwakira ingenzi bita "Grand Hôtel"
Hon.Sinzohagera Emmanuel (@honsinzohagera) 's Twitter Profile Photo

#Burundi nasavye ko ikibazo c'indero cokurikiranwa Kuko intara ya @BujumburaProv iri mu za nyuma mu ndero, ari nayo mpamvu nasavye ko abavyeyi, abarezi bosubira kwitaho indero y'urwaruka, rukitaho ivyirwa. Ntirusamazwe n'uburovyi, ndanasaba ko bokingira ikiyaga, n'ibidukikije.

#Burundi Nakebuye abanyamashengero n'abandi bakozi b'Imana kwirinda ugusotorana gushika naho barwana bagakomerekanya. Ndabibutsa yuko ishengero ari umubiri wa Kristo uwo nawe ni nyene amahoro ari nayo mpamvu ata ngabire yo kurwana mpwemu yera atanga.

CNDD-FDD Ruyigi (@cnddfdd_ruyigi) 's Twitter Profile Photo

#Burundi Ubuserukizi bwa CNDD-FDD muri Province Ruyigi bwagendeye kuri uyu wa 5/11/2020 abanywanyi bama coperative ku mitumba ya Karindo, Bugongo na Gasunu yo muri komine #Kinyinya. Ingurane ya miriyoni 10 buri mutumba warose yakoreshejwe neza muri rusangi.Abenegihugu barashima

#Burundi
Ubuserukizi bwa CNDD-FDD muri Province Ruyigi bwagendeye kuri uyu wa 5/11/2020 abanywanyi bama coperative ku mitumba ya Karindo, Bugongo na Gasunu yo muri komine #Kinyinya. Ingurane ya miriyoni 10 buri mutumba warose yakoreshejwe neza muri rusangi.Abenegihugu barashima
Hon.Sinzohagera Emmanuel (@honsinzohagera) 's Twitter Profile Photo

#Burundi Navuze ko uguharika biri mu biteza umutekano Muke mu gihugu, Kuko imiryango idakomeye n'igihugu ntikomera, rero abajejwe intwaro n'inzego z'ubutungane musabwa kuvira hasi Kuko ni kuneza y'akarere n'ababizeye. Abaharika rero mubashengeze, murandurane n'imizi iyo ngeso.

#Burundi Navuze ko uguharika biri mu biteza umutekano Muke mu gihugu, Kuko imiryango idakomeye n'igihugu ntikomera, rero abajejwe intwaro n'inzego z'ubutungane musabwa kuvira hasi Kuko ni kuneza y'akarere n'ababizeye. Abaharika rero mubashengeze, murandurane n'imizi iyo ngeso.
Iteka Butanyerera (@itekaburundi) 's Twitter Profile Photo

#Burundi:Umuhari w'Abakenyererarugamba mu ntara urabandanya gutegura ikibanza bazorimamwo amateke ku mutumba wa #Musumba-#CommuneGashikanwa.CNDD-FDD.Hari uno musi 5/11/2020

Cndd-Fdd Butanyerera (@cnddfddbutanyer) 's Twitter Profile Photo

#Burundi 5/11/2020,Ubuserukizi bw'umugambwe CNDD-FDD muri komine #Kayanza,bwatunganije inama yabereye mu mazone yose mu ntumbero yo Gukomeza amanamanshingiro, Kubumbatira amahoro n'umutekano no Kwitwararika ibikorwa vyo kwiteza imbere nkuko #Letamvyeyi ibisaba. SE Evariste Ndayishimiye

#Burundi 5/11/2020,Ubuserukizi bw'umugambwe CNDD-FDD muri komine #Kayanza,bwatunganije inama yabereye mu mazone yose mu ntumbero yo
Gukomeza amanamanshingiro,
Kubumbatira amahoro n'umutekano no
Kwitwararika ibikorwa vyo kwiteza imbere  nkuko #Letamvyeyi ibisaba.
SE Evariste Ndayishimiye
Inama Nkenguzamateka (@burundi_senat) 's Twitter Profile Photo

1/n #Burundi Dans son message le Pdt du @burundi_senat a appelé la population de #Mutambu à sauvegarder la paix et la sécurité. En outre, il a invité les éducateurs à conjuguer leurs efforts pour que les enfants aient de bonnes notes au concours et à l’Examen d’Etat

1/n #Burundi Dans son message le Pdt du @burundi_senat a appelé la population de #Mutambu à sauvegarder la paix et la sécurité. En outre, il a invité les éducateurs à conjuguer leurs efforts pour que les enfants aient de bonnes notes au concours et à l’Examen d’Etat
Ntare Rushatsi House (@ntarehouse) 's Twitter Profile Photo

Après son transfer au Grand Hotel Djibloho, SE SE Evariste Ndayishimiye a visité l’Université Afro-Americaine d'Afrique Centrale, le Centre de Formation pour douaniers et gendarmes, le Palais du Gouvernement, la Place de l'Indépendance, l’Institut Supérieur des Télécommunications & TIC etc.

J.C Karerwa Ndenzako (@karerwandenzako) 's Twitter Profile Photo

In addition to the Grand Hotel Djibloho visited upon His arrival in Djibloho, H.E SE Evariste Ndayishimiye now visting #EquatorialGuinea, graced several other places inclunding the Afro-American University of Central Africa, the Training Centre for Customs Officers and the Palais du Gouvernement.

The Grand Hotel Djibloho graced today by SE Evariste Ndayishimiye and Angeline Ndayishimiye Ndayubaha is the best hotel in Central Africa, with 452 rooms, 20 villa, 2 swimming pools, spa and gymnasium, 5 bars, 5 restaurants, a deluxe discotheque, and 18 holes golf course.

CNDD-FDD (@cnddfdd) 's Twitter Profile Photo

A Dodoma, le Secrétaire Général Adjoint Hon Joseph Ntakirutimana et deux secrétaires nationaux ont représenté le Parti CNDD-FDD ce jeudi aux cérémonies d'investiture du Président de la République Unie de Tanzanie. #Burundi

A Dodoma, le Secrétaire Général Adjoint Hon Joseph Ntakirutimana et deux secrétaires nationaux ont représenté le Parti CNDD-FDD ce jeudi aux cérémonies d'investiture du Président de la République Unie de Tanzanie. #Burundi
Ntare Rushatsi House (@ntarehouse) 's Twitter Profile Photo

Visite d’Etat de SE ⁦SE Evariste Ndayishimiye⁩, 6 accords signés: “c’est une source de satisfaction pour les (2) Peuples ... car ces accords consolident la dynamique de croissance pour poursuivre le développement économique” dixit le Ministre ⁦Amb. Albert SHINGIRO⁩ presidence.gov.bi/2020/11/06/vis…