NzVeanchy (@nveanchy) 's Twitter Profile
NzVeanchy

@nveanchy

lm proud to be Burundian

ID: 1594660732305657856

calendar_today21-11-2022 11:57:37

33 Tweet

66 Takipçi

158 Takip Edilen

Ntare Rushatsi House (@ntarehouse) 's Twitter Profile Photo

Décret No 100/004 du 12 janvier 2023 portant Nomination d’un Chargé de Missions à la Présidence de la République du #Burundi presidence.gov.bi/2023/01/13/dec…

Kamwenubusa (@kamwenubusa6) 's Twitter Profile Photo

Mfashe aka kanya kugire nkengurukire cane Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu yanyizigiye kandi. Niyemeje kuzorangurana umwete n'ubwira amabanga anshinze mu ntumbero y'imigambi ya Reta Nkozi Reta Mvyeyi yo guherekeza iterambere ry'igihugu mur'ayo mabanga.

Mfashe aka kanya kugire nkengurukire cane Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu yanyizigiye kandi. Niyemeje kuzorangurana umwete n'ubwira amabanga anshinze mu ntumbero y'imigambi ya Reta Nkozi Reta Mvyeyi yo guherekeza iterambere ry'igihugu mur'ayo mabanga.
CNDD-FDD (@cnddfdd) 's Twitter Profile Photo

#COMESASummit2024: En ce début de mandat du #Burundi à la Présidence du COMESA, le Secrétaire général Très Hon. Ndikuriyo Révérien présente ses chaleureuses félicitations à S.E Evariste #Ndayishimiye, Chef de l’Etat et Président du Conseil des Sages; et lui souhaite plein succès.

#COMESASummit2024: En ce début de mandat du #Burundi à la Présidence du COMESA, le Secrétaire général Très Hon. <a href="/R_Ndikuriyo/">Ndikuriyo Révérien</a> présente ses chaleureuses félicitations à S.E Evariste #Ndayishimiye, Chef de l’Etat et Président du Conseil des Sages; et lui souhaite plein succès.
Cndd-Fdd Butanyerera (@cnddfddbutanyer) 's Twitter Profile Photo

#Burundi 31/10/2024 Inyuma y'lgisabisho kirangiz'ukwezi kw'10, Umunyamabanga wa CNDD-FDD muri Komine #Matongo yaciye yakira Abanywanyi 11 bahora muri CNL Burundi.Bose bakavuga ko babona atampamvu amatora yogera batarifatanya n'abagumyabanga kubera urugamba rw'iterambere barimwo

#Burundi 31/10/2024 Inyuma y'lgisabisho kirangiz'ukwezi kw'10, Umunyamabanga wa <a href="/CnddFdd/">CNDD-FDD</a> muri Komine #Matongo  yaciye yakira Abanywanyi 11 bahora muri <a href="/BurundiCnl/">CNL Burundi</a>.Bose bakavuga ko  babona atampamvu amatora yogera batarifatanya n'abagumyabanga kubera urugamba rw'iterambere barimwo
NzVeanchy (@nveanchy) 's Twitter Profile Photo

#Burundi Uwimana Chantal arongoye ihuriro ry'Abakenyezi muri Komine Butaganzwa hamwe na Sindihebura Seconde Icegera c'Umukuru w'Abakenyererarugamba muri Komine Matongo kur'uwu wa 8/11/2024 niho baheza gutang'inyigisho zindero runtu kugwaruka gw'abigeme.