Antoine
@antoine_rwego
Ubuntu
ID: 1607538722567847937
27-12-2022 00:48:03
43 Tweet
44 Takipçi
126 Takip Edilen
Gukura Léonard kuba PGR ntibikwiye kuko yarahumanije ubutungane, asambura ibwirizwa shingiro n'intwaro. Yohanwa kugira uworamuka amusubiriye ahabonere akarorero ko poste itamushira hejuru yamategeko.Akagwi bakorana kosamburwa nka Hon Valence akihanizwa.Ministère de la Justice de la République Burundi CNIDH-Burundi
«Je reconnais les dirigeants quand je les vois. Je reconnais aussi les idiots quand je les vois.Vous pouvez imaginer la combinaison des deux et le désastre que cela représente.Être à la fois dirigeant et idiot,c’est un désastre-un désastre absolu.»Paul Kagame, Président du Rwanda
OPDD-Burundi None uwu #devilina abarundi niwe bahaye abaserukire canke batoye #gipupuzi? Ibi ntahandi biri kwisi yose! Ubujuju n’ubugwari bw’aba dd nivyo bigiye kubabera iherezo ryanyu.