UMUCO
@umucomedia
Umuco est un media en ligne créé par l'entreprise UMUCO MEDIA Ltd pour contribuer dans le secteur du développement du pays et octroyer la place à la diaspora
ID: 1616919241390784514
https://umucomedia.com/ 21-01-2023 22:03:17
1,1K Tweet
1,1K Followers
193 Following
🇺🇸 Kuja muri Amerika ubu bizogusaba gutanga ingwati iri hagati ya 5,000$-15,000$.Iyo ngingo ikaba yafatiwe Ibihugu nka Tanzaniya, Uganda, Uburundi n’ibindi.. nk’uko Donald J. Trump arongoye Reta zunze ubumwe za Amerika yabishikirije. #abatwip
🧐🗓️ Uko umwaka utanguye ukwezi kwa Nzero abeshi bakuvuga ugutandukanye. 👀 #abatwip mweho ukwo kwezi mukubona gute???? umuhirwa 2 😎🤞🏽
Umwanya⏰ Amafaranga💵💸 Ubwenge 📖 N’ivyo bintu umuntu wese akeneye mu buzima bwiwe bwa misi yose kugira atere Imbere kandi bibangabanganywe. Umviriza&Wige 👨:ShalomCorneilleBreezy umuhirwa 2 😎🤞🏽 Sihoturi 1er #burundi #ubwenge #umuco
🚴♀️Umunonotsi mu vy’amakinga Odette Nsengiyumva yateye umukono ku masezerano yo gukorana na Assurance BIC k’uwu wa kabiri 13.01.2026 aho azoronswa Assurance-Maladie hamwe na Assurence-Voyage n’iryo shirahamwe nyene mur’uwu mwaka wa 2026. Inkuru yose👇: facebook.com/share/p/16wzNM…
🎙️« Faustin Ndikumana arongoye Parcem avuga ko umukuru w’igihugu SE Evariste Ndayishimiye ari we wenyene ashoboye gusubiza hasi abo bose bitwa ko badakorwako ngo nakare abonona arabazi bose ».Hari mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa 20.01.2026. Inkuru👇: facebook.com/share/p/1ATuiY…
Kirikou ahejeje kubica biracika kuri Stade Intwari aho yinjiye mu modoka bita “Tingatinga”. Kurikirana ku rubuga rwacu rwa Facebook ivyo birori uko biriko biragenda. umuhirwa 2 😎🤞🏽 KK. Dar🇧🇮 Burundi On The Map Elsie Gretta Burundi🇧🇮 #burundi #stadeIntwari #Ouverture