Sihoturi 1er (@sihoturi) 's Twitter Profile
Sihoturi 1er

@sihoturi

Tuyage mu rupfasoni twubake igihugu.

ID: 1854421437957738513

calendar_today07-11-2024 07:12:30

792 Tweet

184 Takipçi

84 Takip Edilen

Florence (@irakoze____) 's Twitter Profile Photo

Burundi On The Map I dislike iyo batuvuze uko turi tuguma twidadira. I personally can testify ko ivyo batuvugako atari ububeshi, recently ndiko ndatambuka ngana I Mahwa, ivyo nakorewe ntavyo nashimye kuvuga. Burundians we are beggars indeed ibaze guforca umuntu kuguha tip 😴

Sihoturi 1er (@sihoturi) 's Twitter Profile Photo

💯Ugapfunga umuRASTA uzoba ugaragaje intege nke zawe. 💯Ukirengagiza UKURI uzoba ugaragaje intege nke zawe 💯Ukattaqua FAUSTIN uzoba ugaragaje intege nke zawe 💯Ugahirahira hakagira ico Faustin aba uzoba ugaragaje ububegito bwawe. Cc SE Evariste Ndayishimiye #SNR et tous les Ventriotes

Sihoturi 1er (@sihoturi) 's Twitter Profile Photo

#Burundi abayoutubeurs bari mu kwaha kwa SNR: Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 , #ShinewayTV ya Mignonne, Alu Arlene &Liam pro bo #KumurwaTV, Umukubito TV yagatechTV, #Utamupodcast , #Fleurypodcast Haca hiyongerako n'uducomptes twabiyita aba patritotes beshi ni aba étudiants bahendeshwa utuméga.

Sihoturi 1er (@sihoturi) 's Twitter Profile Photo

Containers 40 z'ibidandazwa, Nahum Barankiriza wa Tanganyika Business Company yari yararanguye muri 2018 bimunanira kudédouana , vyaturiwe na Office Bdais des Recettes inyuma y'aho BBN-BURUNDI itangarije ko bitujuje ubuziranenge. Uwushaka umuDD umutuma uwundi.

Containers 40 z'ibidandazwa, Nahum Barankiriza wa Tanganyika Business Company yari yararanguye muri 2018 bimunanira kudédouana , vyaturiwe na <a href="/OBR_BI/">Office Bdais des Recettes</a> inyuma y'aho <a href="/BBNBurundi/">BBN-BURUNDI</a> itangarije ko bitujuje ubuziranenge.
Uwushaka umuDD umutuma uwundi.
Sihoturi 1er (@sihoturi) 's Twitter Profile Photo

🎙 Selon Egide Butoyi, conseiller juridique de TBC (Tanganyika Business Company), les marchandises sont entrées au #Burundi en 2018. Dès leur arrivée, le responsable des douanes à l’OBR aurait exigé des frais supplémentaires jugés « illégaux » #Abatwip aka kantu mwakabonye?

Sihoturi 1er (@sihoturi) 's Twitter Profile Photo

Tubisesangure. Nahum arazanye marchandises. Umurongozi muri Office Bdais des Recettes aba amusavye igirurire. Nahum aranka. Nawe ati sinemera ko udédouana. None birangiye 40 containers bazitaye. Aha naho bizobazwa Faustin? Inyankaburundi tubana nazo, dusangira nazo. UmuDD ku muDD...vuuuu!

Sihoturi 1er (@sihoturi) 's Twitter Profile Photo

#Burundi : muri Église de Pentecôte bati pasitori Nicolas Hakizimana ariko arasaba ubuhungiro muri Belgique babumwime. Umuhinga yigenga King Umurundi Freedom-ASBL aya makuru muyakoze ico mushaka.

#Burundi : muri Église de Pentecôte bati pasitori Nicolas Hakizimana ariko arasaba ubuhungiro muri Belgique babumwime. 
<a href="/yigenga/">Umuhinga yigenga</a> <a href="/KUF__ASBL/">King Umurundi Freedom-ASBL</a> aya makuru muyakoze ico mushaka.