Beatrice Nimbona
@nseruke
ID: 1857501902998745090
15-11-2024 19:16:33
45 Tweet
25 Takipçi
44 Takip Edilen
Hon7 Kāzane Dr.h.c. Bob RUGURIKA Mbega ninde mututsi yateguye kica président ?Ndadaye yishwe na bahutu benewabo Habyarimana naba faransa na Frodebu, vyateguwe neza kuburyo abahutu bibigoryi nkawe mwemera ko yishwe na batutsi, koresha ubwenge uzotahura uko vya kozwe ureke kuza gushinyagurira abantu na propaganda
Dr.Mastermind🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Mbega ko mudatanga amajambo, mutinya iki ?
Magazine Remesha Yambu neza. Votre négationisme est évident dans le titre même du sujet de votre distraction infantilisante: ko mudatobora ngo muvuge ko ari idéologie contre les Tutsi? None iryo honyabwoko ryakorewe ibiti canke ibikoko? Geza aho agashinyaguro na votre négationisme déguisé SVP
Zirikunama Iki ni ikiganiro Radio Cirimoso yateguye ku wa 13 aout 2023 kugira yibuke Abatutsi b'Abanyamulenge biciwe na PALIPEHUTU mu Gatumba ku wa 13.8.2004 youtube.com/watch?v=iKxnBy…