Baranerwa🦁 (@mwenebaranerwa) 's Twitter Profile
Baranerwa🦁

@mwenebaranerwa

1+1=1🔥

UMutsaliyanoWumukara

ID: 1895688626941448192

calendar_today01-03-2025 04:13:32

402 Tweet

79 Followers

197 Following

Baranerwa🦁 (@mwenebaranerwa) 's Twitter Profile Photo

Muri 2006 aba DD batararya ishano ryukwiba nugusagata itunga ry'igihugu Pita yagabiye inzu Team Ninde Durée des travaux 3mois aho ibindi bikorwa vy'igihugu vyibwa ntibinahere umenga ntibigira benevyo!!!uwabaroze ntiyakaravye!!!!!!!

Akaliza Uwase (@akalizauwase) 's Twitter Profile Photo

Ndifuza gutanga impanuro ku bavandimwe b’abarundi bo muri opposition baba badafite amakuru ahagije. Uyu mugabo witwa Bwejeri amakuru mfite nuko yakoranye na CNDD FDD kuva kera. Mission ye nukwigisha ivangura agaragaza ko ubwoko bwanyu buri hejuru y’ubundi. Ibi bifasha leta yanyu

Ndifuza gutanga impanuro ku bavandimwe b’abarundi bo muri opposition baba badafite amakuru ahagije. 
Uyu mugabo witwa Bwejeri amakuru mfite nuko yakoranye na CNDD FDD kuva kera. Mission ye nukwigisha ivangura agaragaza ko ubwoko bwanyu buri hejuru y’ubundi. Ibi bifasha leta yanyu
Baranerwa🦁 (@mwenebaranerwa) 's Twitter Profile Photo

Ndamaramara abanyamahanga tubana bambajije ngo iki kibuga cindege canyu ni Prive ? Nti oya .nkagerageza kwikurayo nti Muburundi harabaye intambara incuro nyishi baragisambura. Nabo bati imyaka 20 yose atantambara gisa uko? Ngo mbe hoho indege yanyu yitwa gute ? Nti ntayo😭🤣

Ndamaramara abanyamahanga tubana bambajije ngo iki kibuga cindege canyu ni Prive ? Nti oya .nkagerageza kwikurayo nti Muburundi harabaye intambara incuro nyishi baragisambura.   Nabo bati imyaka 20 yose atantambara gisa uko? 
Ngo mbe hoho indege yanyu yitwa gute ? Nti ntayo😭🤣
Baranerwa🦁 (@mwenebaranerwa) 's Twitter Profile Photo

Protocole Zero nko.kuja kwugurura iyi projet wiyambariye tenue de sport,muguma mukoma induru ngo Train nibintu c'igutangaza I Bdi Aka s'akamaramaza!!! Hama ngo TZ iradufata nabi n'amaruru meshi😏

Protocole Zero nko.kuja kwugurura iyi projet wiyambariye tenue de sport,muguma mukoma induru ngo Train nibintu c'igutangaza I  Bdi Aka s'akamaramaza!!! Hama ngo TZ iradufata nabi n'amaruru meshi😏