Jen Michel Jmy
@jamymichel1
Corporate communication | Artist-photograph | Entrepreneur🇧🇮🇷🇼🇨🇩🇹🇿
ID: 706773013425954816
https://www.behance.net/jeanmicheljamy 07-03-2016 09:26:32
9,9K Tweet
5,5K Followers
145 Following
None tuzoshika kumbonakazoza ya 2040-2060 gute n’iki kibazo c’amatara kweli!? Ntimushobora kwibaza ingene turiko turahomba mugihe capital économique muri centre ville dushobora kumara imisi atamatara ubuzi bugahagarara! REGIDESO Burundi kazima twamenye ko atari yo yirundi💔
CM w’uno musi muri Burundi On The Map bamwake telephone! Cank mwa hirinze Greg Le Grec ?👀
𝚄𝚖𝚠𝚞𝚣𝚞𝚔𝚞𝚛𝚞 𝚠𝚊 𝚂𝚎𝚗𝚔𝚊𝚢𝚊 👽 Munyakazi Sadate it’s his own statement, not for all Rwandese or RPF members, this is a disgrace to him, not us.
Twebwe badutwaye Kigoma, aba ba stars nukuri ndibaza ari hafi bazobatwara ni Dubai cank Bali muri Indonesie😅😅😅 Hugues Safari umbabarire ivyo nagusavye vyose, I m not worthy 🤣🤣
Jen Michel Jmy Hugues Safari Yaga Burundi ndabatakambiye muzodufashe abo baririmvyi bazodutemwo ikogoma ca danger bakoreye hamwe kuri touche ya 𝗞𝗗𝗮𝗚𝗿𝗲𝗮𝘁 igihe bazoba bari muri iyo #HoI 🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Jen Michel Jmy Kazanye abantu bafis imihari🥲
Ariko sha Burundi On The Map nahora ndabemera noe wapi🤣🤣🤣 ni gute vous avez gobé iyi scam😭💔 instagram.com/p/DQHF2KwjMEU/…