
IRAKOZE Trésor
@irakozetrsor1
CITOYEN !!
ID: 1171829976917860352
11-09-2019 16:57:08
7,7K Tweet
731 Takipçi
775 Takip Edilen



IRAKOZE Trésor Wooow Sangwa ibatisimu nziza kibondo, ukurire mu burinzi bw’Imana Muremyi 😊🙏🏽🥳🥳🙌😍


Turakeje cane abahejeje kwizerwa ngo baje mu Biro vy’Inama Nshingamateka, mpereye ku mukuru wayo, Nyeniteka Gélase Ndabirabe. Itorwa ryanyu rigaragaza ubwizigirwa babafitiye mu kurongora neza ibikorwa vy’urwo rwego. Tubemereye kuzokorana dusenyera ku mugozi umwe ku neza y’abenegihugu


#Burundi 🇧🇮 | Le président Evariste Ndayishimiye SE Evariste Ndayishimiye avec les deux anciens présidents burundais.


At this time, reciprocal decisions must be made by Bureau du Premier Ministre Burundian visas for Americans must be temporarily banned. The United States must understand that we are helping each other Burundi is a sovereign country 👊🦅🇧🇮 SE Evariste Ndayishimiye Amb. Albert SHINGIRO MAEIRCD U.S. Embassy Burundi


𝙋𝙖𝙩𝙧𝙞𝙤𝙩𝙚 🇧🇮 Bureau du Premier Ministre SE Evariste Ndayishimiye Amb. Albert SHINGIRO MAEIRCD U.S. Embassy Burundi We do not need US visa to build our nation.








IRAKOZE Trésor Vyari kuba vyiza iyo avuga iyo bank nabo bagatanga vesion yabo vyofasha gutahurana


