RUDINIRA Désiré
@desirerudinira
Producteur Audiovisuel, Chanteur-Compositeur et Pianiste. J'aime le travail intellectuel et manuel, la justice et le droit. Chrétien Catholique.
ID: 3367458863
09-07-2015 11:04:52
898 Tweet
197 Followers
827 Following
Ndaguye ndagarutse. Ngo mu Burundi ntagitoro kihari? None ko atamusi ntabona imodoka zigenda, zoba zinywa amazi? None niba zinywa igitoro, zigikura he? Igitoro rero kirahari kuko na bus utanze 1000 uragenda. #Taxi_cangacanga 5000 uragenda.Umuhinga yigenga @KingBurundian CONSULTANT INDÉPENDANT
Mwiriwe, nkuko vyatangajwe icese #Cogerco yaratanguye kugura kandi ikaba igura ama cash, abarimyi turashima iyo ngingo ariko bazorabe batwongere kuko ikiguzi ni igito. Twebwe Cooperative Tujane Mwiterambere turi mubarose amatongo yegukira #Cogerco muri secteur #cabiza
Turashimye iyo ngingo y' #Umushikiranganji_w_UBUTUNGANE. Ariko rero, abapfunzwe uko nibo benshi. Tumusabe agire #visite mu busho, guhera kuba #OPJ kuduga kugira abapfunzwe hatisunzwe izo #Procédures_hiérarchiques barenganurwe. SE Evariste Ndayishimiye Inama Nshingamateka Umuhinga yigenga Primature de la République du Burundi
Nagira nsabe REGIDESO Burundi ikibazo coba Cabaye. Compteurs iguma yizimya yiyatsa. Bica vyumvikana ko ica iguma itera ugwamo. Ndi muri #Gahahe_Gatunguru. Bitanguye muma 23h50. Abajejwe distribution boturabira ivyarivyo. Ntare Rushatsi House Jimbere RTNB Bureau du Premier Ministre regideso