Cndd-Fdd Butanyerera
@cnddfddbutanyer
Compte Officiel Du Parti @CnddFdd en Province BUTANYERERA
ID: 1083493143943831552
10-01-2019 22:37:50
2,2K Tweet
5,5K Followers
326 Following
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yashikirije Musitanteri wa komine Bururi Godelive Ntakirutimana, imbere y'imvukira zikomoka ku ma zone atandukanye y'iyo komine mu ntara Province Burunga . Sebarundi yamusavye kuba indongozi nziza mu bikorwa vy'iterambere.
Ni gute ikigo #ITRASAGRI kiriko gihurumbirwa n'amakungu,inyuma yaho kigize ibigo vyokugwiza imbuto zirobanuye mu #Burundi, Ibihugu birenga 5 vyamaze gushingwamwo amashamyi.Umuyobozi Waco ati Africa yose bariko badusaba kujayo Igihugu cacu kirimwo intwari Bureau du Premier Ministre Ntare Rushatsi House