Diane Kaneza(@KanezaDiane) 's Twitter Profileg
Diane Kaneza

@KanezaDiane

CEO and Founder Of Afri Ethics Technologies #PartnerHuawei
#Tech #Influencer #Business; #Finance ⏩ #Africa
https://t.co/N4KYbSCCFW

ID:2415478665

calendar_today16-03-2014 15:42:08

182,5K Tweet

28,1K Takipçi

16,7K Takip Edilen

Diane Kaneza(@KanezaDiane) 's Twitter Profile Photo

Like wise ❤️
Abantu bazi kwakira neza!
Jewe mw'hoteli nashikiyemwo, personal, aho natembereye, barazi ingenzi cane!
Some emotions when I was in Kigali Rwanda!

account_circle
Janvier POPOTE(@JanvierPopote) 's Twitter Profile Photo

Diane Kaneza You are always welcome to Kigali. Next time you visit, consider exploring Musanze as well. It's another beautiful city in the north of the country known for its tourist attractions and good customer service. 𝐑𝐔𝐊𝐔𝐍𝐃𝐎 𝐊.𝐄𝐫𝐢𝐜🇷🇼

account_circle
Diane Kaneza(@KanezaDiane) 's Twitter Profile Photo

'Partnering with Huawei Rwanda; digitalization in Africa is transforming development! 🌍💻 From education to healthcare, finance to governance, technology empowers inclusive growth and new opportunities. Let's together harness digital innovation for a brighter future! Contact us

account_circle
Diane Kaneza(@KanezaDiane) 's Twitter Profile Photo

Lors du Congrès , j'ai eu l'occasion de discuter de différents projets @huaweiNA en tant qu'influenceur, et différents protecteurs avec lesquels je m'implique ! A Cette occasion, j'étais avec Christie, Directrice du Département des Relations publiques de HNA et Adnane,

Lors du Congrès #MWC24, j'ai eu l'occasion de discuter de différents projets @huaweiNA en tant qu'influenceur, et différents protecteurs avec lesquels je m'implique ! A Cette occasion, j'étais avec Christie, Directrice du Département des Relations publiques de HNA et Adnane,
account_circle
Diane Kaneza(@KanezaDiane) 's Twitter Profile Photo

Nicokimwe na Nelly
Bose bashaka lelele
Mon erreur nuko ninjiye muri space yabo nayisavye na Landry!
NTA Jambo bampaye, Jones yara coupa vyose kandi nari invité...
Space yavuze 30 min Avant...
ninjira muma space make y'abarundi UBU hoho j'ai horreur!!
Ahantu hari

account_circle
Diane Kaneza(@KanezaDiane) 's Twitter Profile Photo

Kandi ndi muvyanke mubikunde, sinzi gusa ko muzi icobivuga...
Imana ibishatse nzaba
Imana yonyene 🙌🏿🤗👌🏿
Nayo ubwo bujambo...

account_circle
Diane Kaneza(@KanezaDiane) 's Twitter Profile Photo

Ndahejeje!
Ejo mvyuka my manager ,. partners banyica mais narinkeneye kubivuga!
Sinzosubira!
Abarundi ntidukundana!
Ntidukunda uwutera imbere!
Ntimuba muzi Ingene yirutse!
Vous me provoquez toujours!
Jewe mfise umwansi umwe kuri TwitterX
Mais abandi n'ubwana bubi?
Merci!

account_circle
Diane Kaneza(@KanezaDiane) 's Twitter Profile Photo

Madame igihe bamvuga konshurashura,akandikira societé nkorera,naho nobikora yari droit Yanje mais muzi KO Ari faux!
Mwese mwirirwa muvuga ko muri féministe ntaco mwavuze!
Jewe Kaneza umuntu yakuvuga agakora ahantu ahagaburira Abana bawe nari guhaguruka!
Wakoze Iki as feminist?

account_circle
Diane Kaneza(@KanezaDiane) 's Twitter Profile Photo

A toute les féministes iyi message irabaraba
Ndondeza amangetengete Mubeza Pamela
Nabandi benshi mwujuje akanwa muvuga
Igihe bamvuga mukazi kanje, mwese murazi ko ntakora ivyo bintu.
Hari nabazi umugabo wanje!
Sasa muri selective??
Iwanje ubu ni Sawa gose!
Muzodukenera!